Choose your languageSeleccionar idioma españolSelect English languageWähle deutsche SpracheSélectionner la langue française

Letras de Canciones Traducidas de PAZZOS BI

Tenemos 8 canciones traducidas de PAZZOS BI

PAZZOS BI

Canciones traducidas de PAZZOS BI

Agahinda

Artista: PAZZOS BI Traducción porpanzas | Publicado 5 months ago

abantu turasa ariko ntidusangiye imitima
hari abo urweze barangwa n'urukundo imbere y'abandi
n'abandi aho ugeze bakuvuma ukamengo nturi umuntu
bakagutera agahinda kumutima utari uvyiteze
n'abandi bakugirira umwikomo ntibabikubwire
bakakureka ariko umutima wo atamahoro ufise

Ver letra traducida

Aimez-vous

Artista: PAZZOS BI Traducción porpanzas | Publicado 8 months ago

Aimez-vous comme je vous ai aimé
C'est Dieu qui l'a dit
Aimez-vous comme je vous ai aimé
Vous êtes haut des animaux
Aimez-vous comme je vous ai aimé
Aimer, nous sous sommes humains (par amour)
Et vérité, liberté et justice

Dieu nous a créés dans son amour
Et dan

Ver letra traducida

Amahoro Ya Jambo

Artista: PAZZOS BI Traducción porpanzas | Publicado 8 months ago

Yezu yazutse sasagaga urukundo
Amahoro n'ubutungane bihane ikaze.

Bari bazi ko bikuye umwansi none nguyo ni muzima
Kengurukira Imana ku rukundo rwayo
Yaje kubera urukundo ngo aracunguye isi yose
Kengurukira Imana ku rukundo rwayo.

Yezu yazutse sasagaga urukundo
Am

Ver letra traducida

Garuka

Artista: PAZZOS BI Traducción porpanzas | Publicado 7 months ago

duhanurane tugaruke, tuve muri kahise tuje muri kazoza
igarure wirinde, kugirira inabi mugenzi wawe
dukundane urukundo, nka rumwe imana yo idukunda

turabe ukuntu tumeze, twisubireko twihanure
abantu dusigaye twigenza nk'uko umengo ntawutugenza
umuntu asigaye aja gusenga yiy

Ver letra traducida

Garuka (remix)

Artista: PAZZOS BI Traducción porpanzas | Publicado 4 months ago

duhanurane tugaruke, tuve muri kahise tuje muri kazoza
igarure wirinde, kugirira inabi mugenzi wawe
dukundane urukundo, nka rumwe imana yo idukunda

turabe ukuntu tumeze, twisubireko twihanure
abantu dusigaye twigenza nk'uko umengo ntawutugenza
umuntu asigaye aja gusenga yiy

Ver letra traducida

Garukira Igiti

Artista: PAZZOS BI Traducción porpanzas | Publicado 8 months ago

garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije

igiti burya ni ngirakamaro, kidufitiye akamaro kanini
naho dutako tuka

Ver letra traducida

Ikiza

Artista: PAZZOS BI Traducción porpanzas | Publicado 7 months ago

Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!

Ntamukuru kandi ntamuto, imbere yayo bose barangana
Dutinye ico kiza kitubaha, cateye hano iwacu kumitumba
Kija mumako

Ver letra traducida

Inner Peace

Artista: PAZZOS BI Traducción porpanzas | Publicado 8 months ago

Man is born innocent, man
Such a creature of God, God of love
Since his childhood, God has created him free
Very sociable is the child
Too much freedom during the childhood time
Love without distinction
Joy without hypocrisy
A look without jealousy
An open worldvi

Ver letra traducida